Matayo 9:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 hanyuma iyo dayimoni imaze kwirukanwa, nya mugabo w’ikiragi aravuga+. Emwe, amasinzi arumirwa+, avuga ati: “Ikintu nk’iki nticari bwakaboneke muri Isirayeli.” Mariko 7:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Emwe, barajorerwa+ bimwe vy’akataraboneka, bavuga bati: “Akoze ibintu vyose neza. Aratuma n’ibipfamatwi vyumva n’ibiragi bikavuga+.”
33 hanyuma iyo dayimoni imaze kwirukanwa, nya mugabo w’ikiragi aravuga+. Emwe, amasinzi arumirwa+, avuga ati: “Ikintu nk’iki nticari bwakaboneke muri Isirayeli.”
37 Emwe, barajorerwa+ bimwe vy’akataraboneka, bavuga bati: “Akoze ibintu vyose neza. Aratuma n’ibipfamatwi vyumva n’ibiragi bikavuga+.”