1 Samweli 21:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko nya muherezi amuha ivyari vyeranda+, kuko ata mikate yari ihari kiretse imikate yerekanwa* yari yakuwe imbere ya Yehova+, kugira hashirweho imikate mishasha ku musi wo kuyikuraho. Mariko 2:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Na we ababwira ati: “Mbega none ntimurigera musoma ico Dawidi+ yakoze igihe yabura ibifungurwa agasonza, we hamwe n’abantu bari kumwe na we+? Luka 6:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mugabo Yezu mu kubishura avuga ati: “Mbega ntimurigera musoma ikintu Dawidi+ yakoze igihe we hamwe n’abantu bari kumwe na we basonza+?
6 Nuko nya muherezi amuha ivyari vyeranda+, kuko ata mikate yari ihari kiretse imikate yerekanwa* yari yakuwe imbere ya Yehova+, kugira hashirweho imikate mishasha ku musi wo kuyikuraho.
25 Na we ababwira ati: “Mbega none ntimurigera musoma ico Dawidi+ yakoze igihe yabura ibifungurwa agasonza, we hamwe n’abantu bari kumwe na we+?
3 Mugabo Yezu mu kubishura avuga ati: “Mbega ntimurigera musoma ikintu Dawidi+ yakoze igihe we hamwe n’abantu bari kumwe na we basonza+?