Yohani 7:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Mugabo benshi muri iryo sinzi baramwizera+; hanyuma batangura kuvuga bati: “Kristu niyashika, mugira ngo azokora ibimenyetso+ biruta ivyo uyu muntu yakoze?”
31 Mugabo benshi muri iryo sinzi baramwizera+; hanyuma batangura kuvuga bati: “Kristu niyashika, mugira ngo azokora ibimenyetso+ biruta ivyo uyu muntu yakoze?”