ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 20:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 “Tera iteka so na nyoko+ kugira ngo imisi yawe ibe myinshi ku butaka Yehova Imana yawe agira aguhe+.

  • Gusubira mu vyagezwe 5:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 “‘Tera iteka so na nyoko+, nk’uko Yehova Imana yawe yagutegetse, kugira ngo imisi yawe ibe myinshi kandi bikugendere neza+ ku butaka Yehova Imana yawe agira aguhe.

  • Abanyefeso 6:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 “Tera iteka so na nyoko+”; ni ryo tegeko rya mbere riri kumwe n’umuhango+:

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika