ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 35:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Ico gihe amaso y’impumyi azohumuka+, kandi amatwi y’ibipfamatwi azozibuka+.

  • Matayo 19:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Vyongeye, amasinzi menshi aramukurikira, na we ayakirizayo+.

  • Mariko 3:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Kuko yakijije benshi, bigatuma abari barwaye indwara zibabaza cane bose bamurundanako kugira bamukoreko+.

  • Mariko 7:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Hano bamuzanira umugabo w’igipfamatwi kandi atavuga ngo atobore, hanyuma baramwinginga ngo amurambikeko ikiganza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika