Matayo 12:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Yezu abimenye, avayo. Vyongeye, abantu benshi baramukurikira, na we arabakiza bose+, Matayo 14:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Buno yururutse ubwato, abona isinzi rinini; bamutera ikigongwe+, na we akiza abarwayi babo+. Matayo 15:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Maze amasinzi menshi aramwegera, ari kumwe n’abacumbagira, abacitse ibihimba vy’umubiri, impumyi, ibiragi, n’abandi benshi barwaye ibindi, bagasa n’ababaterera ku birenge vyiwe, na we arabakiza+, Luka 5:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Mugabo amakuru amwerekeye arushiriza gukwiragira, kandi amasinzi menshi yaratororokanira hamwe kugira ngo bumvirize no kugira ngo bakizwe indwara zabo+.
30 Maze amasinzi menshi aramwegera, ari kumwe n’abacumbagira, abacitse ibihimba vy’umubiri, impumyi, ibiragi, n’abandi benshi barwaye ibindi, bagasa n’ababaterera ku birenge vyiwe, na we arabakiza+,
15 Mugabo amakuru amwerekeye arushiriza gukwiragira, kandi amasinzi menshi yaratororokanira hamwe kugira ngo bumvirize no kugira ngo bakizwe indwara zabo+.