Yesaya 29:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kandi kuri uwo musi ibipfamatwi ntibizobura kwumva amajambo y’igitabu+, kandi mu muzimagiza no mu mwiza amaso y’impumyi azobona+. Yeremiya 6:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “Ni nde nobwira nkamuha n’imburi, kugira ngo bumve? Ehe ugutwi kwabo ntikugenyereye, ku buryo badashobora kwumviriza+. Ehe ijambo rya Yehova ryacitse iceyi kuri bo+, ntibashobora guhimbarwa na ryo+. Mariko 7:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Ubushobozi bwiwe bwo kwumva buca buragaruka+, icamugoba ururimi kirahava, aca atangura kuvuga nk’uko bisanzwe. Luka 7:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nuko yishura bamwe babiri ati: “Gende+, mwiganire Yohani ivyo mwabonye kandi mwumvise: impumyi+ zirahumuka, abacumbagira baragenda, abanyamibembe barahumanurwa, ibipfamatwi birumva, abapfuye barazurwa, aboro barabwirwa+ inkuru nziza+.
18 Kandi kuri uwo musi ibipfamatwi ntibizobura kwumva amajambo y’igitabu+, kandi mu muzimagiza no mu mwiza amaso y’impumyi azobona+.
10 “Ni nde nobwira nkamuha n’imburi, kugira ngo bumve? Ehe ugutwi kwabo ntikugenyereye, ku buryo badashobora kwumviriza+. Ehe ijambo rya Yehova ryacitse iceyi kuri bo+, ntibashobora guhimbarwa na ryo+.
35 Ubushobozi bwiwe bwo kwumva buca buragaruka+, icamugoba ururimi kirahava, aca atangura kuvuga nk’uko bisanzwe.
22 Nuko yishura bamwe babiri ati: “Gende+, mwiganire Yohani ivyo mwabonye kandi mwumvise: impumyi+ zirahumuka, abacumbagira baragenda, abanyamibembe barahumanurwa, ibipfamatwi birumva, abapfuye barazurwa, aboro barabwirwa+ inkuru nziza+.