Mariko 9:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Maze Yezu abonye yuko isinzi ririko rishwabaduka riza kuri bo, akankamira+ nya mpwemu ihumanye, mu kuyibwira ati: “Wa mpwemu y’ikiragi kandi y’igipfamatwi we, ndabigutegetse, muvemwo kandi ntugasubire kumwinjiramwo.”
25 Maze Yezu abonye yuko isinzi ririko rishwabaduka riza kuri bo, akankamira+ nya mpwemu ihumanye, mu kuyibwira ati: “Wa mpwemu y’ikiragi kandi y’igipfamatwi we, ndabigutegetse, muvemwo kandi ntugasubire kumwinjiramwo.”