Matayo 17:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Maze Yezu akankamira nya dayimoni, ica iramuvamwo+; buno nya mwana arakira guhera kuri iyo saha+. Mariko 1:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Mugabo Yezu arayikankamira, ati: “Cereza, kandi muvemwo+!” Luka 4:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Mugabo Yezu arayikankamira ati: “Cereza, kandi muvemwo.” Nuko, iyo dayimoni imaze gutura hasi nya mugabo hagati yabo, imuvamwo ata co imugize+. Ivyakozwe 10:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 inkuru yerekeye Yezu uwava i Nazareti, ingene Imana yamurobanuje impwemu nyeranda+ be n’ububasha, hanyuma agaca mu gihugu akora ivyiza yongera akiza abo bose bahahazwa na Shetani*+; kubera ko Imana yari kumwe na we+.
35 Mugabo Yezu arayikankamira ati: “Cereza, kandi muvemwo.” Nuko, iyo dayimoni imaze gutura hasi nya mugabo hagati yabo, imuvamwo ata co imugize+.
38 inkuru yerekeye Yezu uwava i Nazareti, ingene Imana yamurobanuje impwemu nyeranda+ be n’ububasha, hanyuma agaca mu gihugu akora ivyiza yongera akiza abo bose bahahazwa na Shetani*+; kubera ko Imana yari kumwe na we+.