Matayo 8:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Maze Yezu abwira ya ntwazangabo ati: “Genda. Nibikubere nk’uko wizeye+.” Kandi nya musuku yakize kuri iyo saha. Matayo 9:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Yezu arahindukira, aramubona, avuga ati: “Rema, mukobwa wanje; ukwizera kwawe kuragukijije+.” Kuva kuri iyo saha nya mugore arakira+. Matayo 15:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Maze Yezu amwishura ati: “Ewe mugore, ukwizera kwawe ni kwinshi; nibikubere nk’uko ushaka.” Buno nya mukobwa wiwe akira guhera kuri iyo saha+. Yohani 4:52 Bibiliya y’isi nshasha 52 Aca atangura kubabaza isaha yatoreyeko mitende. Baca bamubwira bati: “Ejo kw’isaha y’indwi ni ho inyonko+ yamuvako.”
13 Maze Yezu abwira ya ntwazangabo ati: “Genda. Nibikubere nk’uko wizeye+.” Kandi nya musuku yakize kuri iyo saha.
22 Yezu arahindukira, aramubona, avuga ati: “Rema, mukobwa wanje; ukwizera kwawe kuragukijije+.” Kuva kuri iyo saha nya mugore arakira+.
28 Maze Yezu amwishura ati: “Ewe mugore, ukwizera kwawe ni kwinshi; nibikubere nk’uko ushaka.” Buno nya mukobwa wiwe akira guhera kuri iyo saha+.
52 Aca atangura kubabaza isaha yatoreyeko mitende. Baca bamubwira bati: “Ejo kw’isaha y’indwi ni ho inyonko+ yamuvako.”