Matayo 8:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nuko amukora ku kuboko+, ya nyonko ica iramuvako, hanyuma arahaguruka atangura kumukorera+. Ivyakozwe 28:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mugabo se wa Pubiliyo yari aryamye arembejwe n’inyonko n’amacinya, hanyuma Paulo yinjira iwe arasenga, amurambikako ibiganza+ aramukiza+.
8 Mugabo se wa Pubiliyo yari aryamye arembejwe n’inyonko n’amacinya, hanyuma Paulo yinjira iwe arasenga, amurambikako ibiganza+ aramukiza+.