ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 24:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Nuko Dawidi abwira Gadi ati: “Birantuntuje cane. Ndakwinginze tugwe mu kuboko kwa Yehova+, kuko imbabazi ziwe ari nyinshi+; mugabo singwe mu kuboko kw’umuntu+.”

  • Matayo 20:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 “Ehe tuduze i Yeruzalemu, kandi Umwana w’umuntu azogaburwa mu maboko y’abakuru b’abaherezi n’abanditsi, bamucire urwo gupfa+,

  • Mariko 9:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Kuko yariko yigisha abigishwa biwe ababwira ati: “Umwana w’umuntu abwirizwa gutangwa mu maboko y’abantu, kandi bazomwica+, mugabo naho azoba yishwe, azozuka inyuma y’imisi itatu+.”

  • Luka 9:44
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 44 “Mushire aya majambo mu matwi yanyu, kuko Umwana w’umuntu abwirizwa gutangwa mu maboko y’abantu+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika