Matayo 17:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Igihe bari bakoraniye hamwe i Galilaya ni ho Yezu yababwira ati: “Umwana w’umuntu abwirizwa kugaburwa mu maboko y’abantu+, Mariko 9:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Kuko yariko yigisha abigishwa biwe ababwira ati: “Umwana w’umuntu abwirizwa gutangwa mu maboko y’abantu, kandi bazomwica+, mugabo naho azoba yishwe, azozuka inyuma y’imisi itatu+.” Luka 18:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Nk’akarorero, azogaburwa mu maboko y’abanyamahanga, ashinyagurizwe+, agirirwe nabi bimwe biteye isoni+ yongere acirweko amate+;
22 Igihe bari bakoraniye hamwe i Galilaya ni ho Yezu yababwira ati: “Umwana w’umuntu abwirizwa kugaburwa mu maboko y’abantu+,
31 Kuko yariko yigisha abigishwa biwe ababwira ati: “Umwana w’umuntu abwirizwa gutangwa mu maboko y’abantu, kandi bazomwica+, mugabo naho azoba yishwe, azozuka inyuma y’imisi itatu+.”
32 Nk’akarorero, azogaburwa mu maboko y’abanyamahanga, ashinyagurizwe+, agirirwe nabi bimwe biteye isoni+ yongere acirweko amate+;