Mariko 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Yohani rero yambara ubwoya bw’ingamiya, agakenyeza umukanda w’urushato mu mafyinga+, kandi yarya inzige+ n’ubuki bwo mw’ishamba+.
6 Yohani rero yambara ubwoya bw’ingamiya, agakenyeza umukanda w’urushato mu mafyinga+, kandi yarya inzige+ n’ubuki bwo mw’ishamba+.