Matayo 3:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Mugabo uwo Yohani nyene, ivyambarwa vyiwe vyari ivy’ubwoya bw’ingamiya+, agakenyeza umukanda w’urushato+ mu mafyinga; ibifungurwa vyiwe na vyo vyari inzige+ n’ubuki bwo mw’ishamba+.
4 Mugabo uwo Yohani nyene, ivyambarwa vyiwe vyari ivy’ubwoya bw’ingamiya+, agakenyeza umukanda w’urushato+ mu mafyinga; ibifungurwa vyiwe na vyo vyari inzige+ n’ubuki bwo mw’ishamba+.