1 Abami 1:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Nuko Zadoki+ umuherezi na Natani+ umuhanuzi na Benaya+ mwene Yehoyada n’Abakereti+ n’Abapeleti+ baramanuka, bashira Salomo ku nyumpu y’ingore y’Umwami Dawidi+ hanyuma bamujana i Gihoni+. Luka 19:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Nuko bawushira Yezu, hanyuma bawutererako impuzu zabo zo hejuru maze bashira Yezu kuri wo+. Yohani 12:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mugabo Yezu aronse indogobwa ikiri nto+, ayicarako, nk’uko vyanditswe ngo:
38 Nuko Zadoki+ umuherezi na Natani+ umuhanuzi na Benaya+ mwene Yehoyada n’Abakereti+ n’Abapeleti+ baramanuka, bashira Salomo ku nyumpu y’ingore y’Umwami Dawidi+ hanyuma bamujana i Gihoni+.