2 Abami 9:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Baca batora ningoga umwe wese impuzu yiwe+, bazishira munsi yiwe, ku ngazi zigaragara, maze batangura kuvuza inzamba+ bati: “Yehu abaye umwami+!” Matayo 21:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Bazana ya ndogobwa n’umwana wayo, babishirako impuzu zabo zo hejuru, na we azicarako*+. Mariko 11:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nuko bazanira Yezu nya mwana w’indogobwa+, hanyuma bashira impuzu zabo zo hejuru kuri wo, na we awicarako+. Yohani 12:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mugabo Yezu aronse indogobwa ikiri nto+, ayicarako, nk’uko vyanditswe ngo:
13 Baca batora ningoga umwe wese impuzu yiwe+, bazishira munsi yiwe, ku ngazi zigaragara, maze batangura kuvuza inzamba+ bati: “Yehu abaye umwami+!”
7 Nuko bazanira Yezu nya mwana w’indogobwa+, hanyuma bashira impuzu zabo zo hejuru kuri wo, na we awicarako+.