Mariko 11:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ari nka hariya, abona igiti c’umusukoni cari gifise amababi, araheza aja kuraba ko kumbure yogisangako ikintu. Mugabo agishikiriye, ntiyagira ico ahasanga atari amababi, kuko kitari ikiringo c’insukoni+. Luka 13:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Maze abandanya kubaha iki kigereranyo: “Umuntu umwe yari afise igiti c’umusukoni gitewe mu murima wiwe w’imizabibu+, hanyuma aza kukironderako ivyamwa+, mugabo ntiyaronka namba+.
13 Ari nka hariya, abona igiti c’umusukoni cari gifise amababi, araheza aja kuraba ko kumbure yogisangako ikintu. Mugabo agishikiriye, ntiyagira ico ahasanga atari amababi, kuko kitari ikiringo c’insukoni+.
6 Maze abandanya kubaha iki kigereranyo: “Umuntu umwe yari afise igiti c’umusukoni gitewe mu murima wiwe w’imizabibu+, hanyuma aza kukironderako ivyamwa+, mugabo ntiyaronka namba+.