Matayo 21:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Kuko Yohani yaje kuri mwebwe mu nzira y’ubugororotsi+, mugabo ntimwamwemera+. Ariko abatozakori n’abamaraya baramwemeye+, mugabo mwebwe, naho ivyo mwabibonye, ntimwicujije mu nyuma ngo mumwemere. Mariko 11:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Nuko batangura kwiyumvira hagati yabo bati: “Nitwavuga ngo ‘Mw’ijuru,’ aca avuga ati: ‘Kubera iki none mutamwemeye+?’ Luka 7:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Mugabo Abafarizayo be n’abahanga mu vy’Itegeko bakengera inama+ y’Imana iberekeye, bakaba batari babatijwe na we.)
32 Kuko Yohani yaje kuri mwebwe mu nzira y’ubugororotsi+, mugabo ntimwamwemera+. Ariko abatozakori n’abamaraya baramwemeye+, mugabo mwebwe, naho ivyo mwabibonye, ntimwicujije mu nyuma ngo mumwemere.
31 Nuko batangura kwiyumvira hagati yabo bati: “Nitwavuga ngo ‘Mw’ijuru,’ aca avuga ati: ‘Kubera iki none mutamwemeye+?’
30 Mugabo Abafarizayo be n’abahanga mu vy’Itegeko bakengera inama+ y’Imana iberekeye, bakaba batari babatijwe na we.)