Matayo 21:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ibatisimu ya Yohani, yava ku rihe sôko? Yava mw’ijuru canke ku bantu+?” Mugabo batangura kwiyumvira hagati yabo, bati: “Nitwavuga ngo ‘Mw’ijuru,’ aca atubwira ati: ‘Kubera iki none mutamwemeye+?’ Luka 7:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Mugabo Abafarizayo be n’abahanga mu vy’Itegeko bakengera inama+ y’Imana iberekeye, bakaba batari babatijwe na we.)
25 Ibatisimu ya Yohani, yava ku rihe sôko? Yava mw’ijuru canke ku bantu+?” Mugabo batangura kwiyumvira hagati yabo, bati: “Nitwavuga ngo ‘Mw’ijuru,’ aca atubwira ati: ‘Kubera iki none mutamwemeye+?’
30 Mugabo Abafarizayo be n’abahanga mu vy’Itegeko bakengera inama+ y’Imana iberekeye, bakaba batari babatijwe na we.)