Nehemiya 9:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 “Ariko baragambaraye+, barakugarariza+, baguma bashiburira itegeko ryawe inyuma yabo+, kandi bica abahanuzi bawe+ bashinze intahe babagiriza kugira babagarukane kuri wewe+; babandanya gukora ibikorwa vy’akagaye gakomeye+. Matayo 22:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 abandi na bo, bacakira abashumba biwe, babagirira nabi bimwe biteye isoni, barabica+. Luka 20:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mugabo igihe kigeze atuma umushumba+ kuri nya barimyi+, ngo bamuhe ku vyamwa vya nya murima w’imizabibu+. Ariko nya barimyi bamurungika imbokoboko+ bamaze kumuhuragura.
26 “Ariko baragambaraye+, barakugarariza+, baguma bashiburira itegeko ryawe inyuma yabo+, kandi bica abahanuzi bawe+ bashinze intahe babagiriza kugira babagarukane kuri wewe+; babandanya gukora ibikorwa vy’akagaye gakomeye+.
10 Mugabo igihe kigeze atuma umushumba+ kuri nya barimyi+, ngo bamuhe ku vyamwa vya nya murima w’imizabibu+. Ariko nya barimyi bamurungika imbokoboko+ bamaze kumuhuragura.