Matayo 12:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Maze iragenda igahitana izindi mpwemu indwi ziyirusha ububisha+, hanyuma zimaze gushika imbere muri nya nzu, zikahaba; maze ivya nyuma vy’uwo muntu bikunyuka kuruta ivya mbere+. Ukwo ni na ko bizogendera iri yaruka ribi+.”
45 Maze iragenda igahitana izindi mpwemu indwi ziyirusha ububisha+, hanyuma zimaze gushika imbere muri nya nzu, zikahaba; maze ivya nyuma vy’uwo muntu bikunyuka kuruta ivya mbere+. Ukwo ni na ko bizogendera iri yaruka ribi+.”