Matayo 9:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Akiriko arababwira ivyo, umutware umwe+ yari yegereye atangura kwikubita imbere yiwe+, avuga ati: “Ubu umukobwa wanje ategerezwa kuba amaze gupfa+; mugabo ingo umurambikeko ikiganza, araheza asubire kuba muzima+.”
18 Akiriko arababwira ivyo, umutware umwe+ yari yegereye atangura kwikubita imbere yiwe+, avuga ati: “Ubu umukobwa wanje ategerezwa kuba amaze gupfa+; mugabo ingo umurambikeko ikiganza, araheza asubire kuba muzima+.”