Matayo 19:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Maze Petero amwishura ati: “Ehe twebwe twarasize vyose turagukurikira; none vy’ukuri tuzohakura iki+?” Luka 5:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nuko bagarukana bwa bwato i musozi, baheba vyose baramukurikira+.
27 Maze Petero amwishura ati: “Ehe twebwe twarasize vyose turagukurikira; none vy’ukuri tuzohakura iki+?”