Mariko 1:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 amubwira ati: “Urabe ntihagire umuntu n’umwe ugira ico ubwiye, mugabo genda wiyereke umuherezi+ maze ku bw’uguhumanurwa kwawe ushikane ibintu Musa yategetse+, kugira bibabere intahe+.” Mariko 7:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Nuko arabihanikiriza ngo ntihagire umuntu n’umwe babibwira+; mugabo uko yarushiriza kubihanikiriza, ni ko barushiriza kubitangaza+.
44 amubwira ati: “Urabe ntihagire umuntu n’umwe ugira ico ubwiye, mugabo genda wiyereke umuherezi+ maze ku bw’uguhumanurwa kwawe ushikane ibintu Musa yategetse+, kugira bibabere intahe+.”
36 Nuko arabihanikiriza ngo ntihagire umuntu n’umwe babibwira+; mugabo uko yarushiriza kubihanikiriza, ni ko barushiriza kubitangaza+.