Matayo 15:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Maze, haza umugore w’Umunyafenisiya+ wo muri izo ntara, asemerera ati: “Ngirira imbabazi+, Mukama, Mwana wa Dawidi. Umukobwa wanje ararembejwe n’idayimoni.”
22 Maze, haza umugore w’Umunyafenisiya+ wo muri izo ntara, asemerera ati: “Ngirira imbabazi+, Mukama, Mwana wa Dawidi. Umukobwa wanje ararembejwe n’idayimoni.”