1 Abami 17:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Haguruka, uje i Zarefati+ h’i Sidoni, ubeyo. Ehe nzotegeka koko ng’aho umugore, umupfakazi, akuronse ibifungurwa.” Mariko 7:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Nya mugore yari Umugirikikazi, yamuka i Sirofenisiya; kandi yaguma amusaba kwirukana iyo dayimoni mu mukobwa wiwe+. Luka 4:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 yamara Eliya nta n’umwe yarungitsweko muri abo bagore; ahubwo yarungitswe gusa i Zarefati+ mu ntara y’i Sidoni, ku mupfakazi.
9 “Haguruka, uje i Zarefati+ h’i Sidoni, ubeyo. Ehe nzotegeka koko ng’aho umugore, umupfakazi, akuronse ibifungurwa.”
26 Nya mugore yari Umugirikikazi, yamuka i Sirofenisiya; kandi yaguma amusaba kwirukana iyo dayimoni mu mukobwa wiwe+.
26 yamara Eliya nta n’umwe yarungitsweko muri abo bagore; ahubwo yarungitswe gusa i Zarefati+ mu ntara y’i Sidoni, ku mupfakazi.