Guharura 11:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Maze Yosuwa mwene Nuni, uwabaye umusuku+ wa Musa kuva mu busore bwiwe, yishura ati: “Mukama wanje Musa, babuze+!” Ivyakozwe 19:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mugabo abantu bamwe bo mu Bayuda baguma bagendagenda bakora ivyo kwirukana amadayimoni+, na bo nyene batangura guhamagara izina ry’Umukama Yezu+ ku bari barimwo impwemu mbi, bakavuga bati: “Ndabategetse nshimitse+ ku bwa Yezu uwo Paulo yamamaza.”
28 Maze Yosuwa mwene Nuni, uwabaye umusuku+ wa Musa kuva mu busore bwiwe, yishura ati: “Mukama wanje Musa, babuze+!”
13 Mugabo abantu bamwe bo mu Bayuda baguma bagendagenda bakora ivyo kwirukana amadayimoni+, na bo nyene batangura guhamagara izina ry’Umukama Yezu+ ku bari barimwo impwemu mbi, bakavuga bati: “Ndabategetse nshimitse+ ku bwa Yezu uwo Paulo yamamaza.”