Luka 4:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Mugabo ababwira ati: “Ntegerezwa kumenyesha n’ibindi bisagara inkuru nziza y’ubwami bw’Imana, kubera ko ico ari co natumwe+.” Yohani 17:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Narakuninahaje+ kw’isi, nkaba ndangije igikorwa wampaye ngo nkore+.
43 Mugabo ababwira ati: “Ntegerezwa kumenyesha n’ibindi bisagara inkuru nziza y’ubwami bw’Imana, kubera ko ico ari co natumwe+.”