Matayo 20:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ababwira ati: “Igikombe canje muzokinywa koko+, mugabo ivy’ukwo kwicara iburyo bwanje n’ibubamfu bwanje si ivyanje ngo ndabitange, ahubwo ni ivy’abo Dawe yabiteguriye+.” Ivyakozwe 12:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Yica Yakobo mwene wabo na Yohani+ akoresheje inkota+. Ivyahishuwe 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Jewe Yohani, mwene wanyu nkaba n’uwusangiye namwe amakuba+ n’ubwami+ n’ukwihangana+ mu kwifatanya na Yezu+, nari mw’izinga ryitwa Patimo mporwa ukuvuga ivyerekeye Imana n’ugushingira intahe Yezu+.
23 Ababwira ati: “Igikombe canje muzokinywa koko+, mugabo ivy’ukwo kwicara iburyo bwanje n’ibubamfu bwanje si ivyanje ngo ndabitange, ahubwo ni ivy’abo Dawe yabiteguriye+.”
9 Jewe Yohani, mwene wanyu nkaba n’uwusangiye namwe amakuba+ n’ubwami+ n’ukwihangana+ mu kwifatanya na Yezu+, nari mw’izinga ryitwa Patimo mporwa ukuvuga ivyerekeye Imana n’ugushingira intahe Yezu+.