ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 21:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Nihagira uwubavugisha, muvuge muti: ‘Umukama arabikeneye.’ Aca abirungika buno nyene.”

  • Luka 19:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Mugabo nihagira uwubabaza ati: ‘Kubera iki muwuzitura?’ Muvuge muti: ‘Umukama arawukeneye+.’ ”

  • Yohani 13:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Mwebwe munyita ‘Mwigisha+’ na ‘Mukama+,’ kandi muvuga vyo, kuko ari ko ndi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika