Luka 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 kuko uno musi Umukiza+ yabavukiye, akaba ari Kristu Umukama+, mu gisagara ca Dawidi+. Ivyakozwe 10:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Yatumye ijambo+ kuri bene Isirayeli kugira ngo bamenyeshwe inkuru nziza y’amahoro+ biciye kuri Yezu Kristu: Uyo ni we Mukama w’abandi bose+.
36 Yatumye ijambo+ kuri bene Isirayeli kugira ngo bamenyeshwe inkuru nziza y’amahoro+ biciye kuri Yezu Kristu: Uyo ni we Mukama w’abandi bose+.