Matayo 7:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Mugume musaba+, muzohabwa; mugume murondera, muzoronka; mugume mudodora+, muzokwugururirwa. Matayo 18:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Vyongeye, ndababwije ukuri: Babiri muri mwebwe kw’isi nibumvikana ku kintu ico ari co cose gihambaye bakwiye gusaba, kizobabera kuno bivuye kuri Dawe ari mw’ijuru+. Matayo 21:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kandi ibintu vyose muzosaba mu gusenga, mufise ukwizera, muzobironka+.” Luka 11:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nuko rero ndabibabwiye: Mugume musaba+, muzohabwa; mugume murondera+, muzoronka; mugume mudodora, muzokwugururirwa. Yohani 14:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Vyongeye, ico muzosaba cose mw’izina ryanje nzogikora, kugira ngo Data aninahazwe ku bijanye n’Umwana+. Yohani 15:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nimwaguma mwunze ubumwe nanje n’amajambo yanje akaguma muri mwebwe, murasabe ico mushaka cose kandi kizobabera kuno+. Yohani 16:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Gushika ubu nta kintu na kimwe murasaba mw’izina ryanje. Nimusabe muzoronka, ngo akanyamuneza kanyu kuzuzwe+.
19 Vyongeye, ndababwije ukuri: Babiri muri mwebwe kw’isi nibumvikana ku kintu ico ari co cose gihambaye bakwiye gusaba, kizobabera kuno bivuye kuri Dawe ari mw’ijuru+.
9 Nuko rero ndabibabwiye: Mugume musaba+, muzohabwa; mugume murondera+, muzoronka; mugume mudodora, muzokwugururirwa.
13 Vyongeye, ico muzosaba cose mw’izina ryanje nzogikora, kugira ngo Data aninahazwe ku bijanye n’Umwana+.
7 Nimwaguma mwunze ubumwe nanje n’amajambo yanje akaguma muri mwebwe, murasabe ico mushaka cose kandi kizobabera kuno+.
24 Gushika ubu nta kintu na kimwe murasaba mw’izina ryanje. Nimusabe muzoronka, ngo akanyamuneza kanyu kuzuzwe+.