Mariko 11:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ni co gituma ndababwiye nti: Ibintu vyose musaba mu gusenga, mwizere ko ari nk’aho mumaze kubihabwa, kandi muzobironka+. Luka 11:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nuko rero ndabibabwiye: Mugume musaba+, muzohabwa; mugume murondera+, muzoronka; mugume mudodora, muzokwugururirwa. Yohani 14:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Vyongeye, ico muzosaba cose mw’izina ryanje nzogikora, kugira ngo Data aninahazwe ku bijanye n’Umwana+. Yakobo 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nimba rero hari uwo muri mwebwe ahajije mu bukerebutsi+, nagume abusaba Imana+, kuko itanga cane kuri bose ata gutera imirarwe+; kandi azobuhabwa+. 1 Yohani 3:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 kandi ikintu cose dusaba irakiduha+, kuko twubahiriza amabwirizwa yayo kandi tugakora ibintu bihimbaye mu maso yayo+.
24 Ni co gituma ndababwiye nti: Ibintu vyose musaba mu gusenga, mwizere ko ari nk’aho mumaze kubihabwa, kandi muzobironka+.
9 Nuko rero ndabibabwiye: Mugume musaba+, muzohabwa; mugume murondera+, muzoronka; mugume mudodora, muzokwugururirwa.
13 Vyongeye, ico muzosaba cose mw’izina ryanje nzogikora, kugira ngo Data aninahazwe ku bijanye n’Umwana+.
5 Nimba rero hari uwo muri mwebwe ahajije mu bukerebutsi+, nagume abusaba Imana+, kuko itanga cane kuri bose ata gutera imirarwe+; kandi azobuhabwa+.
22 kandi ikintu cose dusaba irakiduha+, kuko twubahiriza amabwirizwa yayo kandi tugakora ibintu bihimbaye mu maso yayo+.