Yohani 15:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Si mwebwe mwantoye, ahubwo ni jewe nabatoye, kandi nabashizeho kugira ngo mubandanye kandi mugume mwama ivyamwa+, no kugira ngo ivyamwa vyanyu bigumeho; kugira ngo ico musaba Data cose mw’izina ryanje akibahe+. Yohani 16:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Kandi kuri uwo musi+ nta kibazo na kimwe muzombaza. Ni ukuri kwose ndabibabwiye: Nimwasaba Data ikintu ico ari co cose+ azokibaha mw’izina ryanje+.
16 Si mwebwe mwantoye, ahubwo ni jewe nabatoye, kandi nabashizeho kugira ngo mubandanye kandi mugume mwama ivyamwa+, no kugira ngo ivyamwa vyanyu bigumeho; kugira ngo ico musaba Data cose mw’izina ryanje akibahe+.
23 Kandi kuri uwo musi+ nta kibazo na kimwe muzombaza. Ni ukuri kwose ndabibabwiye: Nimwasaba Data ikintu ico ari co cose+ azokibaha mw’izina ryanje+.