Yohani 14:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Vyongeye, ico muzosaba cose mw’izina ryanje nzogikora, kugira ngo Data aninahazwe ku bijanye n’Umwana+. Yohani 15:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Si mwebwe mwantoye, ahubwo ni jewe nabatoye, kandi nabashizeho kugira ngo mubandanye kandi mugume mwama ivyamwa+, no kugira ngo ivyamwa vyanyu bigumeho; kugira ngo ico musaba Data cose mw’izina ryanje akibahe+. 1 Yohani 5:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kandi uku ni kwo guhera amazinda dufise kuri yo+: ni uko ico dusaba cose twisunze ukugomba kwayo, itwumva+.
13 Vyongeye, ico muzosaba cose mw’izina ryanje nzogikora, kugira ngo Data aninahazwe ku bijanye n’Umwana+.
16 Si mwebwe mwantoye, ahubwo ni jewe nabatoye, kandi nabashizeho kugira ngo mubandanye kandi mugume mwama ivyamwa+, no kugira ngo ivyamwa vyanyu bigumeho; kugira ngo ico musaba Data cose mw’izina ryanje akibahe+.
14 Kandi uku ni kwo guhera amazinda dufise kuri yo+: ni uko ico dusaba cose twisunze ukugomba kwayo, itwumva+.