ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 2:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Reka mvuge ingingo ya Yehova;

      Yambwiye ati: “Uri umwana wanje+;

      Jewe uno musi ncitse so+.

  • Matayo 1:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 “Raba! Umwigeme w’isugi+ azokwibungenga hanyuma avyare umuhungu, kandi bazomwita Emanweli+,” bikaba bisobanura ngo: “Imana iri kumwe natwe+.”

  • Abagalatiya 4:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Ariko aho iherezo ry’igihe gikwiye rimariye gushika+, Imana yaratumye Umwana wayo+, uwahavuye avyarwa n’umugore+ kandi akagabwa n’itegeko+,

  • 1 Yohani 4:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Iki ni co urukundo rw’Imana rwerekaniweko mu bitwerekeye+, kuko Imana yatumye Umwana wayo w’ikinege+ mw’isi kugira ngo turonke ubuzima biciye muri we+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika