Matayo 21:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Nuko baramufata bamuterera hanze ya wa murima w’imizabibu, baramwica+. Luka 20:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Baca bamuterera inyuma+ ya nya murima w’imizabibu, baramwica+. None nyen’umurima azobagira ate+? Abaheburayo 13:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ni co gituma na Yezu, kugira ngo yezeshe+ abantu amaraso+ yiwe bwite, yababarijwe inyuma y’irembo+.
12 Ni co gituma na Yezu, kugira ngo yezeshe+ abantu amaraso+ yiwe bwite, yababarijwe inyuma y’irembo+.