Matayo 22:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Iwacu rero hari abavukana indwi; uwa mbere ararongora hanyuma arahwera, maze kubera ko atagira uruvyaro, asigira umugore wiwe mwene wabo+. Luka 20:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Urumva rero hari abavukana indwi; uwa mbere yabira umugore hanyuma apfa ata mwana afise+.
25 Iwacu rero hari abavukana indwi; uwa mbere ararongora hanyuma arahwera, maze kubera ko atagira uruvyaro, asigira umugore wiwe mwene wabo+.