Matayo 26:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Abigishwa bagira nk’uko Yezu abategetse, bategura ivya pasika+. Luka 22:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nuko baragenda babisanga nk’uko yari yababwiye, baraheza bategura pasika+.