Matayo 26:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Abigishwa bagira nk’uko Yezu abategetse, bategura ivya pasika+. Mariko 14:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nya bigishwa baragenda, binjira mu gisagara maze babisanga nk’uko yababwiye; baraheza bategura pasika+. Luka 19:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Nuko abatumwe baragenda, babisanga nk’uko yababwiye+.
16 Nya bigishwa baragenda, binjira mu gisagara maze babisanga nk’uko yababwiye; baraheza bategura pasika+.