Yohani 18:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ico gihe Simoni Petero, hamwe n’uwundi mwigishwa, yariko arakurikira Yezu+. Uwo mwigishwa yari azinanyi n’umuherezi mukuru, hanyuma yinjirana na Yezu mu rugo rw’umuherezi mukuru,
15 Ico gihe Simoni Petero, hamwe n’uwundi mwigishwa, yariko arakurikira Yezu+. Uwo mwigishwa yari azinanyi n’umuherezi mukuru, hanyuma yinjirana na Yezu mu rugo rw’umuherezi mukuru,