Yesaya 55:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Umubisha nahebe inzira yiwe+, n’umuntu agira nabi ahebe ivyiyumviro vyiwe+; nagaruke kuri Yehova, uwuzomugirira imbabazi+, ku Mana yacu, kuko izobabarira cane+. Matayo 6:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 uduhebere imyenda yacu nk’uko natwe twayihebeye abayidufitiye+. Matayo 18:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Yezu aramubwira ati: “Sinkubwiye Gushika ku ncuro indwi, ahubwo Gushika ku ncuro mirongo irindwi n’indwi+. Abakolosayi 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mubandanye kwihanganirana no kubabarirana ata gahigihigi+ iyo hari uwufise ico yidogera+ uwundi. Nk’uko Yehova yabababariye ata gahigihigi+, namwe nyene mugenze mutyo. 1 Petero 4:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Hejuru ya vyose, mugiriranire urukundo rwinshi+, kuko urukundo rupfuka ibicumuro indiri+.
7 Umubisha nahebe inzira yiwe+, n’umuntu agira nabi ahebe ivyiyumviro vyiwe+; nagaruke kuri Yehova, uwuzomugirira imbabazi+, ku Mana yacu, kuko izobabarira cane+.
22 Yezu aramubwira ati: “Sinkubwiye Gushika ku ncuro indwi, ahubwo Gushika ku ncuro mirongo irindwi n’indwi+.
13 Mubandanye kwihanganirana no kubabarirana ata gahigihigi+ iyo hari uwufise ico yidogera+ uwundi. Nk’uko Yehova yabababariye ata gahigihigi+, namwe nyene mugenze mutyo.