Mariko 9:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Ariko ntibategera iryo jambo, kandi baratinya kumubaza ibibazo+. Yohani 10:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ico kigereranyo ni bo Yezu yagihaye; mugabo ntibamenye insobanuro y’ibintu yariko arababwira+.