Matayo 14:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ariko naho yashaka kumwica, yaratinya isinzi, kubera ko bamufata nk’umuhanuzi+.