Itanguriro 28:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nuko atangura kurota+, kandi ehe hari ingazi yari ihagaritswe kw’isi, isonga ryayo rikaba ryashika mu majuru; kandi ehe hari abamarayika b’Imana bariko bayidugako bongera bayimanukako+. Daniyeli 7:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Hari umugezi w’umuriro utemba uvuye imbere yiwe+. Hari ibihumbi igihumbi baguma bamukorera+, n’ibihumbi cumi kugwiza ibihumbi cumi baguma bahagaze imbere yiwe+. Sentare+ irasasa, ibitabu birazingururwa. Abaheburayo 1:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mbega bose si impwemu+ ku bw’igikorwa gikorerwa abantu+, zatumwe gukorera abagiye kuzotorana+ ubukiriro? Ivyahishuwe 5:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Hanyuma ndabona, maze numva ijwi ry’abamarayika benshi bakikuje ya ntebe na vya binyabuzima na ba bakurambere, kandi igitigiri cabo cari ibihumbi mirongo vy’ibihumbi mirongo+ n’ibihumbi vy’ibihumbi+,
12 Nuko atangura kurota+, kandi ehe hari ingazi yari ihagaritswe kw’isi, isonga ryayo rikaba ryashika mu majuru; kandi ehe hari abamarayika b’Imana bariko bayidugako bongera bayimanukako+.
10 Hari umugezi w’umuriro utemba uvuye imbere yiwe+. Hari ibihumbi igihumbi baguma bamukorera+, n’ibihumbi cumi kugwiza ibihumbi cumi baguma bahagaze imbere yiwe+. Sentare+ irasasa, ibitabu birazingururwa.
14 Mbega bose si impwemu+ ku bw’igikorwa gikorerwa abantu+, zatumwe gukorera abagiye kuzotorana+ ubukiriro?
11 Hanyuma ndabona, maze numva ijwi ry’abamarayika benshi bakikuje ya ntebe na vya binyabuzima na ba bakurambere, kandi igitigiri cabo cari ibihumbi mirongo vy’ibihumbi mirongo+ n’ibihumbi vy’ibihumbi+,