Matayo 21:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Barondera kumufata, mugabo batinya amasinzi kubera ko ano yamufata nk’umuhanuzi+. Matayo 26:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 baja inama+ yo gufata Yezu ku rwenge bakamwica. Mariko 14:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 kuko baguma bavuga bati: “Ntibibe ku musi mukuru; kumbure abantu bohava batera intureka+.” Luka 20:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Abanditsi n’abakuru b’abaherezi baca barondera kumushorerako amaboko kuri iyo saha nyene, mugabo batinya abantu; kuko bari bumvise yuko atanze ico kigereranyo ari bo yiyumvira+.
19 Abanditsi n’abakuru b’abaherezi baca barondera kumushorerako amaboko kuri iyo saha nyene, mugabo batinya abantu; kuko bari bumvise yuko atanze ico kigereranyo ari bo yiyumvira+.