Kuvayo 24:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nuko Musa afata ya maraso, ayamijagira ku bantu+, avuga ati: “Ng’aya amaraso y’isezerano+ Yehova agiranye namwe ku bijanye n’aya majambo yose.” Zakariya 9:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Nawe ga wa mugore, biciye ku maraso y’isezerano ryawe+, nzorungika imbohe zawe+ ndazikuye mu cobo kitarimwo amazi. Matayo 26:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 kuko iki gisobanura+ ‘amaraso yanje+ y’isezerano+’ agiye guseswa ku bwa benshi+ ku bwo kubabarirwa ibicumuro+. 1 Abakorinto 11:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Yagize kuno no ku gikombe+, amaze kwihereza imfungurwa zo ku mugoroba, avuga ati: “Iki gikombe gisobanura isezerano rishasha+ hishimikijwe amaraso yanje+. Muragume mugira ibi igihe cose muzokinywa, mu kunyibuka+.” Abaheburayo 9:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ku bw’ico, n’isezerano rya kera+ ntiryatangujwe ata maraso+.
8 Nuko Musa afata ya maraso, ayamijagira ku bantu+, avuga ati: “Ng’aya amaraso y’isezerano+ Yehova agiranye namwe ku bijanye n’aya majambo yose.”
11 “Nawe ga wa mugore, biciye ku maraso y’isezerano ryawe+, nzorungika imbohe zawe+ ndazikuye mu cobo kitarimwo amazi.
28 kuko iki gisobanura+ ‘amaraso yanje+ y’isezerano+’ agiye guseswa ku bwa benshi+ ku bwo kubabarirwa ibicumuro+.
25 Yagize kuno no ku gikombe+, amaze kwihereza imfungurwa zo ku mugoroba, avuga ati: “Iki gikombe gisobanura isezerano rishasha+ hishimikijwe amaraso yanje+. Muragume mugira ibi igihe cose muzokinywa, mu kunyibuka+.”