Matayo 10:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ntimutekere inzahabu canke ifeza canke umujumpu mu masaho yanyu yo ku mikanda+, Mariko 6:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Abategeka kandi kutagira ikintu na kimwe bitwaza ku bw’urugendo kiretse inkoni yonyene, ntibitwaze umukate, umupfuko w’ibifungurwa+, canke amahera* mu masaho yabo yo ku mikanda+, Luka 9:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 maze ababwira ati: “Ntimugire ikintu na kimwe mwitwaza ku bw’urugendo, yaba inkoni canke umupfuko w’ibifungurwa, canke umukate canke amafeza; canke ngo mugire impuzu zibiri zo munsi+.
8 Abategeka kandi kutagira ikintu na kimwe bitwaza ku bw’urugendo kiretse inkoni yonyene, ntibitwaze umukate, umupfuko w’ibifungurwa+, canke amahera* mu masaho yabo yo ku mikanda+,
3 maze ababwira ati: “Ntimugire ikintu na kimwe mwitwaza ku bw’urugendo, yaba inkoni canke umupfuko w’ibifungurwa, canke umukate canke amafeza; canke ngo mugire impuzu zibiri zo munsi+.