Matayo 26:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Hanyuma aza kuri ba bigishwa asanga barasinziriye, ni kwo kubwira Petero ati: “Mbega ntimwashoboye kubana maso nanje n’isaha n’imwe+? Mariko 14:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Hanyuma araza asanga barasinziriye, ni kwo kubwira Petero ati: “Simoni, urasinziriye? Nta nguvu wagize zo kuguma uri maso n’isaha n’imwe+?
40 Hanyuma aza kuri ba bigishwa asanga barasinziriye, ni kwo kubwira Petero ati: “Mbega ntimwashoboye kubana maso nanje n’isaha n’imwe+?
37 Hanyuma araza asanga barasinziriye, ni kwo kubwira Petero ati: “Simoni, urasinziriye? Nta nguvu wagize zo kuguma uri maso n’isaha n’imwe+?